Service des visas et des documents : Lundi, mercredi et vendredi de 10h à 12h.
Adresse : Square Marie Louise 46, 1000 Bruxelles - Accès : Métro : Maelbeek
Ministre des Affaires étrangères et de
la Coopération au Développement
Ambassadeur Extraordinaire et Plénipotentiaire
Ce mardi 15 septembre 2015 était un très grand jour pour le Burundi. Au cours d’une cérémonie solennelle, l’Ambassadeur Jérémie Banigwaninzigo a présenté ses lettres de créance à sa Majesté le Roi Philippe. C’était en fin de matinée que s’est déroulé la cérémonie d’une trentaine de minutes au Palais royal de Bruxelles.
Barundi, Barundikazi,
Ncuti z’Uburundi,
1. Tubanje gushimira Imana Mushoboravyose yo yatuzigamye gushika uyu musi, tukayisaba kwama hafi yacu mw’irangurwa ry’imigambi twategekanije muri iyi myaka itanu duherutse gutorerwa yo gusubira kurongora Uburundi. Nihabwe icubahiro kiyibereye.
2. Mwaraye mwitavye amatora, akaba yose yagenze neza, ku mugaragaro, ata gitsure canke umusunikano.
3. Turasubiye rero kubashimira bimwe bivuye ku mutima kuko mwatwizeye, mugashima imigambi twabashikirije, mukaduhitamwo mu bandi twariko turahiganwa.
Barundi, Barundikazi,
Ncuti z’Uburundi,
4. Ubu rero amatora yaheze, ivyo kudutora canke kutadutora vyarangiranye n’itariki ya 21 Mukakaro. Ubu ni igihe gishasha co gukorera igihugu cacu twese turi hamwe, gushigikira inzego twatoye no kurangura imigambi mwadutoreye, ahanini ishingiye ku gutsimbataza amahoro, umutekano n’ubutungane; gutsimbataza intwaro ibereye ishingiye kuri demokarasi n’iterambere ridakumira kandi rirama.
5. Twarayiciye ku mayange igihe twashikira amabanga yo gusubira kurongora igihugu, ariko
Décret N° 100/02 du 24 Août 2015 portant nomination des membres du Gouvernement.