Service des visas et des documents : Lundi, mercredi et vendredi de 10h à 12h.

Adresse : Square Marie Louise 46, 1000 Bruxelles Accès : Métro : Maelbeek

S.E. Evariste Ndayishimiye

S.E. AMBASSADEUR ALBERT SHINGIRO

Ministre des Affaires étrangères et de
la Coopération au Développement

THERENCE NTAHIRAJA

Ambassadeur Extraordinaire et Plénipotentiaire

Barundi, Barundikazi,

Bakozi, namwe Bakoresha;

 

1.  Igenekerezo rya mbere Rusama uko umwaka utashe, abakozi n’abakoresha, mu Burundi no mu bihugu vyinshi, twama twigina umusi mpuzamakungu w’abakozi n’akazi. Ni akaryo keza ko kwirimbura no kwigira inama, tutibagiye kwidagadura, kwishima no kwishimiriza twigina ivyo twaranguye.  

 

2.  Imbere ya vyose, nimuze tubanze gushimira Imana Mushoboravyose yo dukesha ivyo twaranguye kandi tuzeyeko ivyo dutegekanya kurangura muri kazoza. Turashimira kandi Imana yacu yaduhaye amagara meza, Amahoro, Umutekano n’Impore, kandi ikadukingira ibiza n’isibe mu mpande zose z’Uburundi.

 

3.  Kw’izina rya Reta no kw’izina ryacu nyene, turipfurije abakozi bose umusi mukuru mwiza w’abakozi n’akazi, umusi mukuru w’akanyamuneza dukura mu kazi. Abakozi n’abakoresha tuje hamwe, twisuzume twongere dusuzume ivyo twaranguye, dukomeze ya ngendo nziza yo kuja inama n’ingingo. 

 

4.  Mu guhimbaza uyu musi mukuru twashize imbere iki civugo: « Burundi bwacu, Burundi buhire, tugutuye amaboko, umutima n’ubuzima». Ico naco kikaba cogera ku civugo nyamukuru tumaze hafi imyaka itatu twisunga ari co c’iki: «Tuzirikane Igihugu cacu, tumenye iyo tuva n’iyo tuja».

 

Ce samedi 06 avril 2019, 128 Burundais de Belgique et amis du Burundi, ont commémoré dans leur grande diversité, le 25ème  anniversaire de l’assassinat à Kigali au RWANDA de S.E. Monsieur le Président Cyprien NTARYAMIRA et de ses 2 Ministres Mr Bernard CIZA et Mr Cyriaque SIMBIZI.

L’Ambassade de la République du Burundi auprès du Royaume de Belgique, le Grand-Duché de Luxembourg et l’Union Européenne a l’insigne honneur d’inviter les Burundais et les amis du Burundi à la cérémonie de commémoration du 25ème anniversaire de l’assassinat à Kigali au Rwanda de Son Excellence Monsieur le Président Cyprien NTARYAMIRA.


Date : 6 avril 2019 à 15 heures00
Lieu : Messe à l’Église Saint-Josse
Chaussée de Louvain 99
1210 Saint-Josse-ten-Noode
Accès :
Train : Gare Schuman
Metro : Madou, Malbeek
Bus : Lignes 29,63, 59 ; Arrêt: Place Saint Josse

L’Ambassade de la République du Burundi auprès du Royaume de Belgique, le Grand-Duché de Luxembourg et l’Union Européenne profite de l’occasion pour vous renouveler l’assurance de sa considération très distinguée.

Fait à Bruxelles, le 11 mars 2019